ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 30:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kandi Aroni aze atangire impongano ku mahembe yaco rimwe mu mwaka+. Akoresheje makeyi ku maraso y’ishikanwa ry’igicumuro+ ry’impongano, azogitangira impongano rimwe mu mwaka mu mayaruka yanyu. Ni ceranda rwose kuri Yehova.”

  • Abalewi 16:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 “Kandi aze atore makeyi ku maraso+ ya ya shūri, ayacucagire n’urutoke rwiwe imbere ya wa murumyo ku ruhande rwo mu buseruko, kandi acucagire+ n’urutoke rwiwe makeyi kuri nya maraso incuro indwi imbere ya wa murumyo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika