Abalewi 16:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Aze afate makeyi kuri nya maraso ayacucagire+ kuri co n’urutoke rwiwe incuro indwi, agihumanure yongere aceze kiveko ubuhumane bwa bene Isirayeli. Abalewi 16:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Arangije gutanga impongano+ ku bw’ahantu heranda n’ihema ry’ihuriro n’igicaniro, aze ashikirize rero ya mpene nzima+.
19 Aze afate makeyi kuri nya maraso ayacucagire+ kuri co n’urutoke rwiwe incuro indwi, agihumanure yongere aceze kiveko ubuhumane bwa bene Isirayeli.
20 “Arangije gutanga impongano+ ku bw’ahantu heranda n’ihema ry’ihuriro n’igicaniro, aze ashikirize rero ya mpene nzima+.