Abalewi 16:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Kandi kuri mwebwe ico gitegerezwa kuba icagezwe gushika igihe kitagira urugero+, kugira bene Isirayeli batangirwe impongano ku bijanye n’ibicumuro vyabo vyose rimwe mu mwaka+.” Nuko akora nk’uko Yehova yari yategetse Musa.
34 Kandi kuri mwebwe ico gitegerezwa kuba icagezwe gushika igihe kitagira urugero+, kugira bene Isirayeli batangirwe impongano ku bijanye n’ibicumuro vyabo vyose rimwe mu mwaka+.” Nuko akora nk’uko Yehova yari yategetse Musa.