Abafilipi 1:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 kubera ko mwatewe agateka ku bwa Kristu, atari ako kumwizera+ gusa, ariko n’ako gucumukura+ ku bwiwe. 2 Timoteyo 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nkako, abo bose bipfuza kubaho bihebera Imana bifatanije na Kristu Yezu na bo nyene bazohamwa+.
29 kubera ko mwatewe agateka ku bwa Kristu, atari ako kumwizera+ gusa, ariko n’ako gucumukura+ ku bwiwe.