Matayo 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Munezerwe musimbasimbishwe n’akanyamuneza+, kuko impembo+ yanyu ari nini mw’ijuru; kuko ukwo ari ko bahamye abahanuzi+ b’imbere yanyu.
12 Munezerwe musimbasimbishwe n’akanyamuneza+, kuko impembo+ yanyu ari nini mw’ijuru; kuko ukwo ari ko bahamye abahanuzi+ b’imbere yanyu.