Yohani 18:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Yezu amwishura ati: “Nabwira isi ku mugaragaro. Nama nigisha mw’isinagogi no mu rusengero+, aho Abayuda bose bakoranira; kandi nta kintu na kimwe navugiye mu mpisho. 1 Abakorinto 15:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 Nuko rero, bene wacu bakundwa, mube abashikamye+, mutanyiganyiga, mwama mufise vyinshi mukora mu gikorwa c’Umukama+, muzi yuko ukubira akuya kwanyu atari ukw’ubusa+ mu Mukama.
20 Yezu amwishura ati: “Nabwira isi ku mugaragaro. Nama nigisha mw’isinagogi no mu rusengero+, aho Abayuda bose bakoranira; kandi nta kintu na kimwe navugiye mu mpisho.
58 Nuko rero, bene wacu bakundwa, mube abashikamye+, mutanyiganyiga, mwama mufise vyinshi mukora mu gikorwa c’Umukama+, muzi yuko ukubira akuya kwanyu atari ukw’ubusa+ mu Mukama.