Itanguriro 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuri ivyo avuga ati: “Wakoze iki? Umviriza! Amaraso ya mwene wanyu ariko asemererera mu butaka antakambira+. Matayo 23:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 kugira ngo amaraso yose y’abagororotsi yavishijwe kw’isi+ aze kuri mwebwe, kuva ku maraso ya wa mugororotsi+ Abeli+ gushika ku maraso ya Zekariya mwene Barakiya, uwo mwagandaguriye hagati y’aheranda n’igicaniro+.
10 Kuri ivyo avuga ati: “Wakoze iki? Umviriza! Amaraso ya mwene wanyu ariko asemererera mu butaka antakambira+.
35 kugira ngo amaraso yose y’abagororotsi yavishijwe kw’isi+ aze kuri mwebwe, kuva ku maraso ya wa mugororotsi+ Abeli+ gushika ku maraso ya Zekariya mwene Barakiya, uwo mwagandaguriye hagati y’aheranda n’igicaniro+.