Itanguriro 12:1 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko Yehova abwira Aburamu ati: “Va mu gihugu cawe no mu ncuti zawe no mu nzu ya so, uje mu gihugu nzokwereka+; Abaroma 4:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi yararonse ikimenyetso+, ni co kugenyerwa, bwa kidodo c’ubugororotsi bivuye ku kwizera yari afise igihe atari bwagenyerwe, kugira abe se+ w’abari n’ukwizera bose+ ataragenyerwa, kugira ngo baharurweko ubugororotsi; Abaroma 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko bitaciye kw’itegeko ngo Aburahamu canke uruvyaro* rwiwe aronke wa muhango+ w’uko yobaye samuragwa w’isi, ahubwo vyaciye ku bugororotsi bivuye ku kwizera+.
12 Nuko Yehova abwira Aburamu ati: “Va mu gihugu cawe no mu ncuti zawe no mu nzu ya so, uje mu gihugu nzokwereka+;
11 Kandi yararonse ikimenyetso+, ni co kugenyerwa, bwa kidodo c’ubugororotsi bivuye ku kwizera yari afise igihe atari bwagenyerwe, kugira abe se+ w’abari n’ukwizera bose+ ataragenyerwa, kugira ngo baharurweko ubugororotsi;
13 Kuko bitaciye kw’itegeko ngo Aburahamu canke uruvyaro* rwiwe aronke wa muhango+ w’uko yobaye samuragwa w’isi, ahubwo vyaciye ku bugororotsi bivuye ku kwizera+.