Itanguriro 12:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Aburamu aca aragenda nk’uko Yehova yari yamubwiye, na Loti ajana na we. Aburamu yari afise imyaka mirongo irindwi n’itanu igihe yava i Harani+. Ivyakozwe 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Na we ati: “Bagabo, bene wacu na ba data, nimwumve. Imana y’ubuninahazwa+ yarabonekeye sogokuruza wacu Aburahamu igihe yari i Mezopotamiya, imbere y’uko agerera i Harani+,
4 Aburamu aca aragenda nk’uko Yehova yari yamubwiye, na Loti ajana na we. Aburamu yari afise imyaka mirongo irindwi n’itanu igihe yava i Harani+.
2 Na we ati: “Bagabo, bene wacu na ba data, nimwumve. Imana y’ubuninahazwa+ yarabonekeye sogokuruza wacu Aburahamu igihe yari i Mezopotamiya, imbere y’uko agerera i Harani+,