Itanguriro 23:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Ndi kavamahanga n’inyambukira muri mwebwe+. Nimumpe iwanyu itongo ryo guhambamwo nigabira kugira mpambe umupfu wanje ave mu maso yanje+.”
4 “Ndi kavamahanga n’inyambukira muri mwebwe+. Nimumpe iwanyu itongo ryo guhambamwo nigabira kugira mpambe umupfu wanje ave mu maso yanje+.”