1 Abakorinto 10:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ivyo bintu rero vyababako nk’uburorero, kandi vyanditswe ngo bitubere imburi+ twebwe abashitsweko n’amaherezo y’ibihe+. 1 Abakorinto 15:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ariko noneho Kristu yarazuwe mu bapfuye+, aba umushuzo+ w’abasinziriye mu rupfu+.
11 Ivyo bintu rero vyababako nk’uburorero, kandi vyanditswe ngo bitubere imburi+ twebwe abashitsweko n’amaherezo y’ibihe+.