1 Abami 22:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nuko Zedekiya mwene Kenayana aregera, akubita Mikaya kw’itama+ hanyuma avuga ati: “Mbega impwemu ya Yehova yaciye hehe ivuye muri jewe kugira ngo ivugane nawe+?”
24 Nuko Zedekiya mwene Kenayana aregera, akubita Mikaya kw’itama+ hanyuma avuga ati: “Mbega impwemu ya Yehova yaciye hehe ivuye muri jewe kugira ngo ivugane nawe+?”