1 Abami 18:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Gutyo, igihe Yezebeli+ yarandura abahanuzi ba Yehova+, Obadiya yafashe abahanuzi ijana hanyuma aguma abanyegeje mw’isenga ari mirongo itanitanu, kandi abaronsa umukate n’amazi+.)
4 Gutyo, igihe Yezebeli+ yarandura abahanuzi ba Yehova+, Obadiya yafashe abahanuzi ijana hanyuma aguma abanyegeje mw’isenga ari mirongo itanitanu, kandi abaronsa umukate n’amazi+.)