Zaburi 119:105 Bibiliya y’isi nshasha 105 Ijambo ryawe ni itara ry’ikirenge canje+,Rikaba n’umuco w’ibarabara ryanje+. Imigani 4:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Sena inzira y’ikirenge cawe+, kandi inzira zawe zose zibe izishimangiwe+.