Itanguriro 27:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Na we nyene atangura gutegura imfungurwa zinovera. Maze azizanira se wiwe, amubwira ati: “Dawe navyuke arye ku kanyama k’ishamba k’umuhungu wiwe, kugira ampezagire+.”
31 Na we nyene atangura gutegura imfungurwa zinovera. Maze azizanira se wiwe, amubwira ati: “Dawe navyuke arye ku kanyama k’ishamba k’umuhungu wiwe, kugira ampezagire+.”