Itanguriro 27:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Esawu yumvise amajambo ya se wiwe, atangura kuboroga n’ijwi rirenga n’intuntu nyinshi cane, abwira se wiwe+ ati: “Mpezagira na jewe nyene, da+!”
34 Esawu yumvise amajambo ya se wiwe, atangura kuboroga n’ijwi rirenga n’intuntu nyinshi cane, abwira se wiwe+ ati: “Mpezagira na jewe nyene, da+!”