Zaburi 22:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nzomenyesha izina ryawe+ bene wacu+;Hagati mw’ishengero nzogushemeza+. Zaburi 40:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Naravuze inkuru nziza y’ubugororotsi mw’ishengero rinini+.Ehe iminwa yanje sindayitangira+.Ewe Yehova, wewe ubwawe ivyo urabizi neza+. Luka 4:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Maze atangura kubabwira ati: “Uno musi ico canditswe muhejeje kwumva kirarangutse+.” Luka 19:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 avuga ati: “Iyo wewe uza kumenya+ uno musi ibijanye n’amahoro—mugabo ubu bihishijwe amaso yawe+.
9 Naravuze inkuru nziza y’ubugororotsi mw’ishengero rinini+.Ehe iminwa yanje sindayitangira+.Ewe Yehova, wewe ubwawe ivyo urabizi neza+.