2 Petero 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yamara umusi wa Yehova+ uzoza nk’igisuma+, aho amajuru azovaho+ mu kwasana gukomeye+, mugabo ibintu bikazoyagishwa n’ugushuha gukaze+, n’isi+ n’ibikorwa biri muri yo bikazoshirwa ku mugaragaro+.
10 Yamara umusi wa Yehova+ uzoza nk’igisuma+, aho amajuru azovaho+ mu kwasana gukomeye+, mugabo ibintu bikazoyagishwa n’ugushuha gukaze+, n’isi+ n’ibikorwa biri muri yo bikazoshirwa ku mugaragaro+.