Zaburi 37:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mugabo abatekereza bazokwigabira isi+,Kandi bazokwinovora amahoro menshi+. 2 Petero 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mugabo, nk’uko yabisezeranye, turorereye amajuru mashasha+ n’isi nshasha+, kandi aho ni ho ubugororotsi buzoba+. Ivyahishuwe 21:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko arantwara mu bubasha bw’impwemu anjana ku musozi munini kandi muremure+, anyereka ca gisagara ceranda+ Yeruzalemu kimanuka kiva mw’ijuru ku Mana+
13 Mugabo, nk’uko yabisezeranye, turorereye amajuru mashasha+ n’isi nshasha+, kandi aho ni ho ubugororotsi buzoba+.
10 Nuko arantwara mu bubasha bw’impwemu anjana ku musozi munini kandi muremure+, anyereka ca gisagara ceranda+ Yeruzalemu kimanuka kiva mw’ijuru ku Mana+