1 Abakorinto 12:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Kandi iyo igihimba kimwe kibabaye, ibindi bihimba vyose bibabarana+ na co; canke iyo igihimba kimwe kininahajwe+, ibindi bihimba vyose binezeranwa na co+.
26 Kandi iyo igihimba kimwe kibabaye, ibindi bihimba vyose bibabarana+ na co; canke iyo igihimba kimwe kininahajwe+, ibindi bihimba vyose binezeranwa na co+.