Yohani 17:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kandi ndiko ndiyeza ku bwabo, ngo na bo nyene bezwe+ biciye ku kuri. Abaheburayo 10:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 None mwiyumvira ko kizoba gikaze ukungana iki igihano+ gikwiriye umuntu yahonyanze+ Umwana w’Imana kandi agafata ibisanzwe amaraso+ y’isezerano ubwiwe yezeshejwe, akongera agatuka ya mpwemu+ y’ubuntu ata wari abukwiriye n’akagaye n’akantu?
29 None mwiyumvira ko kizoba gikaze ukungana iki igihano+ gikwiriye umuntu yahonyanze+ Umwana w’Imana kandi agafata ibisanzwe amaraso+ y’isezerano ubwiwe yezeshejwe, akongera agatuka ya mpwemu+ y’ubuntu ata wari abukwiriye n’akagaye n’akantu?