Matayo 17:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze ahinduka ukundi imbere yabo, mu maso hiwe harakayangana nk’izuba+, impuzu ziwe zo hejuru na zo zica ibibatsi nk’umuco+. 2 Abakorinto 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko nimba ya mategeko atanga ugutsindwa n’urubanza+ yari n’ubuninahazwa+, itangwa ry’ubugororotsi+ ryoryo rirarushiriza kugwiza ubuninahazwa+.
2 Maze ahinduka ukundi imbere yabo, mu maso hiwe harakayangana nk’izuba+, impuzu ziwe zo hejuru na zo zica ibibatsi nk’umuco+.
9 Kuko nimba ya mategeko atanga ugutsindwa n’urubanza+ yari n’ubuninahazwa+, itangwa ry’ubugororotsi+ ryoryo rirarushiriza kugwiza ubuninahazwa+.