1 Abakorinto 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko turi abakozi bakorana n’Imana+. Mwebwe muri itongo ry’Imana+ ririko rirarimwa, inyubakwa y’Imana+. 1 Petero 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 namwe ubwanyu nk’amabuye mazima, muriko murubakwa ngo mube inzu y’impwemu+ kugira ngo mucike ubuherezi bweranda, ngo mushikane ibimazi vyo mu buryo bw’impwemu+ vyemerwa ku Mana biciye kuri Yezu Kristu+.
9 Kuko turi abakozi bakorana n’Imana+. Mwebwe muri itongo ry’Imana+ ririko rirarimwa, inyubakwa y’Imana+.
5 namwe ubwanyu nk’amabuye mazima, muriko murubakwa ngo mube inzu y’impwemu+ kugira ngo mucike ubuherezi bweranda, ngo mushikane ibimazi vyo mu buryo bw’impwemu+ vyemerwa ku Mana biciye kuri Yezu Kristu+.