2 Samweli 23:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Impwemu ya Yehova ni yo yavuze biciye kuri jewe+,Kandi ijambo ryiwe ryari ku rurimi rwanje+. Ivyakozwe 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Bagabo bene wacu, vyari bikenewe ko icanditswe kiranguka+, ico impwemu nyeranda+ yavuze imbere y’igihe biciye mu kanwa ka Dawidi ku vyerekeye Yuda+ umwe yabera indongozi abafashe Yezu+,
16 “Bagabo bene wacu, vyari bikenewe ko icanditswe kiranguka+, ico impwemu nyeranda+ yavuze imbere y’igihe biciye mu kanwa ka Dawidi ku vyerekeye Yuda+ umwe yabera indongozi abafashe Yezu+,