Zaburi 141:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Hamwe umugororotsi yonkubita, bwoba ari ubuntu bwuzuye urukundo angiriye+;Hamwe yonkangira na ho, yoba ari amavuta ku mutwe+,Ayo umutwe wanje utoruha wanka+.Kuko hoba hakiriho mbere isengesho ryanje mu gihe c’ivyago vyabo+. Yesaya 61:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 guha abagandariye Siyoni, kubaha icambarwa co mu mutwe mu kibanza c’iminyota+, amavuta y’umwigino+ mu kibanza c’ikigandaro, umutamana w’ishemezo mu kibanza c’umutima udendebukiwe+; kandi bazokwitwa vy’ukuri ibiti bininibinini vy’ubugororotsi+, umurima watewe na Yehova+, kugira ngo asharizwe+. Luka 10:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Nuko aramwegera, atubika ibikomere vyiwe, abisukako amavuta n’umuvinyu+. Maze amwuriza ku gitungwa ciwe bwite, amujana ku ndaro y’abahita, aramubungabunga.
5 Hamwe umugororotsi yonkubita, bwoba ari ubuntu bwuzuye urukundo angiriye+;Hamwe yonkangira na ho, yoba ari amavuta ku mutwe+,Ayo umutwe wanje utoruha wanka+.Kuko hoba hakiriho mbere isengesho ryanje mu gihe c’ivyago vyabo+.
3 guha abagandariye Siyoni, kubaha icambarwa co mu mutwe mu kibanza c’iminyota+, amavuta y’umwigino+ mu kibanza c’ikigandaro, umutamana w’ishemezo mu kibanza c’umutima udendebukiwe+; kandi bazokwitwa vy’ukuri ibiti bininibinini vy’ubugororotsi+, umurima watewe na Yehova+, kugira ngo asharizwe+.
34 Nuko aramwegera, atubika ibikomere vyiwe, abisukako amavuta n’umuvinyu+. Maze amwuriza ku gitungwa ciwe bwite, amujana ku ndaro y’abahita, aramubungabunga.