Ivyakozwe 5:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Abo rero baragenda bava imbere y’Inama Nkuru, banezerewe+ kubera ko bari babonywe ko babereye guteterezwa ku bw’iryo zina+. 1 Petero 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo naho mwobabara muhorwa ubugororotsi, muba muhiriwe+. Ariko kirya batinya mwebwe ntimugitinye+, eka kandi ntimuhagarike umutima+. 1 Petero 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nimba mutukwa muhorwa izina rya Kristu+, murahiriwe+, kubera ko impwemu y’ubuninahazwa, mbere impwemu y’Imana, iguma kuri mwebwe+.
41 Abo rero baragenda bava imbere y’Inama Nkuru, banezerewe+ kubera ko bari babonywe ko babereye guteterezwa ku bw’iryo zina+.
14 Mugabo naho mwobabara muhorwa ubugororotsi, muba muhiriwe+. Ariko kirya batinya mwebwe ntimugitinye+, eka kandi ntimuhagarike umutima+.
14 Nimba mutukwa muhorwa izina rya Kristu+, murahiriwe+, kubera ko impwemu y’ubuninahazwa, mbere impwemu y’Imana, iguma kuri mwebwe+.