2 Abakorinto 4:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko naho amakuba ari ay’akanya gato+ kandi ahwahutse, atuzanira ubuninahazwa bw’uburemere burushiriza kuba ubuhebuje kandi bw’ibihe bidahera+; 2 Timoteyo 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nkako, abo bose bipfuza kubaho bihebera Imana bifatanije na Kristu Yezu na bo nyene bazohamwa+.
17 Kuko naho amakuba ari ay’akanya gato+ kandi ahwahutse, atuzanira ubuninahazwa bw’uburemere burushiriza kuba ubuhebuje kandi bw’ibihe bidahera+;