1 Petero 2:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kuko, mwokwihaya iki nimba mucumura mugakubitwa yamara mukavyihanganira+? Mugabo nimba mukora iciza mukababazwa+ yamara mukavyihanganira, ico ni ikintu gishimwa ku Mana+.
20 Kuko, mwokwihaya iki nimba mucumura mugakubitwa yamara mukavyihanganira+? Mugabo nimba mukora iciza mukababazwa+ yamara mukavyihanganira, ico ni ikintu gishimwa ku Mana+.