1 Timoteyo 5:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ico gihe nyene bariga kandi kutagira ico bakora, bayerera mu mihana; emwe, si ukuba gusa abatagira ico bakora, mugabo ni n’abanyarusaku n’abita mu vy’abandi+, bakaganira ivyo batari bakwiye kuganira.
13 Ico gihe nyene bariga kandi kutagira ico bakora, bayerera mu mihana; emwe, si ukuba gusa abatagira ico bakora, mugabo ni n’abanyarusaku n’abita mu vy’abandi+, bakaganira ivyo batari bakwiye kuganira.