Zaburi 90:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Warabakukumuye+; bacika itiro risa+;Mu gitondo bameze nk’ivyatsi bitoto bihinduka+. Zaburi 103:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nayo umuntu buntu, imisi yiwe ni nk’iy’ivyatsi bitoto+;Ashurika nka kurya kw’ishurwe ryo mw’ishamba+. Yesaya 40:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Umve! Hari uwuriko avuga ati: “Semerera+!” Uwundi avuga ati: “Nsemerere iki?” “Ibiri n’umubiri vyose ni ivyatsi bitoto, kandi ubuntu bwuzuye urukundo bwabo bwose ni nk’ishurwe ryo mu gahinga+.
15 Nayo umuntu buntu, imisi yiwe ni nk’iy’ivyatsi bitoto+;Ashurika nka kurya kw’ishurwe ryo mw’ishamba+.
6 Umve! Hari uwuriko avuga ati: “Semerera+!” Uwundi avuga ati: “Nsemerere iki?” “Ibiri n’umubiri vyose ni ivyatsi bitoto, kandi ubuntu bwuzuye urukundo bwabo bwose ni nk’ishurwe ryo mu gahinga+.