Abaroma 15:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ariko ndabandikiye ndushiriza kutarya umunwa ku bintu bimwebimwe, nk’aho nongeye kubibutsa+, kubera ubuntu ata wari abukwiriye nahawe buvuye ku Mana+ 2 Petero 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mugabo mbona ko bibereye, mu gihe nkiri muri iyi taberenakulo+, kubakangura mu kubibutsa+,
15 Ariko ndabandikiye ndushiriza kutarya umunwa ku bintu bimwebimwe, nk’aho nongeye kubibutsa+, kubera ubuntu ata wari abukwiriye nahawe buvuye ku Mana+