Ivyakozwe 3:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nkako, Musa yavuze ati: ‘Yehova Imana azobahagurukiriza muri bene wanyu umuhanuzi ameze nkanje+. Mutegerezwa kumwumviriza mu vyo ababwira vyose+. Ivyakozwe 3:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kandi nkako, abahanuzi bose kuva kuri Samweli be n’abakurikiye, abavuze bose, na bo nyene baramenyesheje batomora ivy’iyi misi+.
22 Nkako, Musa yavuze ati: ‘Yehova Imana azobahagurukiriza muri bene wanyu umuhanuzi ameze nkanje+. Mutegerezwa kumwumviriza mu vyo ababwira vyose+.
24 Kandi nkako, abahanuzi bose kuva kuri Samweli be n’abakurikiye, abavuze bose, na bo nyene baramenyesheje batomora ivy’iyi misi+.