1 Petero 1:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kuko mwahawe ivuka rishasha+, bidaciye ku rubuto rurondoka+ rubora+, mugabo biciye ku rutabora+, biciye kw’ijambo+ rya ya Mana nzima kandi yamaho+. 1 Yohani 4:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Bakundwa, tubandanye gukundana+, kuko urukundo+ ruva ku Mana, kandi umuntu wese akundana yavutse ku Mana+ kandi aramenya Imana+.
23 Kuko mwahawe ivuka rishasha+, bidaciye ku rubuto rurondoka+ rubora+, mugabo biciye ku rutabora+, biciye kw’ijambo+ rya ya Mana nzima kandi yamaho+.
7 Bakundwa, tubandanye gukundana+, kuko urukundo+ ruva ku Mana, kandi umuntu wese akundana yavutse ku Mana+ kandi aramenya Imana+.