Yakobo 1:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ariko mube abashira mu ngiro rya jambo+, atari abumva gusa, mwibesha n’ivyiyumviro bitari vyo+. Yakobo 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 N’ukwizera nyene, iyo kudafise ibikorwa+, ubwakwo kuba gupfuye.