1 Yohani 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mwebwe mukomoka ku Mana, bana bato, kandi mwaratsinze abo bantu+, kuko uwunze ubumwe+ namwe aruta+ uwunze ubumwe n’isi+.
4 Mwebwe mukomoka ku Mana, bana bato, kandi mwaratsinze abo bantu+, kuko uwunze ubumwe+ namwe aruta+ uwunze ubumwe n’isi+.