Abanyefeso 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Hejuru ya vyose, mutore inkinzo yagutse y’ukwizera+, ari yo izobashoboza kuzimya imyampi yose yaka umuriro ya wa mubisha+. 1 Yohani 3:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Egome, iri ni ryo bwirizwa ryayo: ni uko twizera izina ry’Umwana wayo Yezu Kristu+ kandi tugakundana+, nk’uko yabidutegetse.
16 Hejuru ya vyose, mutore inkinzo yagutse y’ukwizera+, ari yo izobashoboza kuzimya imyampi yose yaka umuriro ya wa mubisha+.
23 Egome, iri ni ryo bwirizwa ryayo: ni uko twizera izina ry’Umwana wayo Yezu Kristu+ kandi tugakundana+, nk’uko yabidutegetse.