ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Mariko 15:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Buno intwazangabo yari ihagaze ng’aho imuraba, ibonye acikanye atyo, ivuga iti: “Ni ivy’ukuri, uyu muntu yari Umwana w’Imana+.”

  • Yohani 1:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Bukeye abona Yezu aza amugana, avuga ati: “Raba, Umwagazi w’intama+ w’Imana ukuraho igicumuro+ c’isi+!

  • Yohani 1:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Yohani kandi yarashinze intahe, ati: “Nabonye impwemu imanuka nk’inuma, ivuye mw’ijuru, hanyuma iguma kuri we+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika