Hoseya 8:1 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Shira inzamba ku munwa+! Hari uwuje nk’inkona+ gutera inzu ya Yehova, kuko bahonyanze isezerano ryanje+, bakarenga kw’itegeko ryanje+.
8 “Shira inzamba ku munwa+! Hari uwuje nk’inkona+ gutera inzu ya Yehova, kuko bahonyanze isezerano ryanje+, bakarenga kw’itegeko ryanje+.