Yohani 13:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kuko ndabahaye icitegererezo, kugira ngo nk’uko ndabagiriye, abe ari ko namwe mugiriranira+. 1 Petero 2:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nkako, iyo nzira ni yo mwahamagariwe, kuko na Kristu yababajwe ku bwanyu+, aba abasigiye akarorero kugira ngo mukurikire neza intambuko ziwe+.
21 Nkako, iyo nzira ni yo mwahamagariwe, kuko na Kristu yababajwe ku bwanyu+, aba abasigiye akarorero kugira ngo mukurikire neza intambuko ziwe+.