Yohani 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Umuco w’ukuri+ uha umuco+ abantu b’uburyo bwose+ wagira uze mw’isi. Yohani 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Yezu rero yongera kubabwira ati: “Ndi umuco+ w’isi. Uwunkurikira ntazogenda agendeye mu mwiza+, mugabo azogira umuco w’ubuzima.” Abakolosayi 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 kuko ivyo ari igitutu+ c’ibizoza, mugabo umutumba+ ni uwa Kristu+.
12 Yezu rero yongera kubabwira ati: “Ndi umuco+ w’isi. Uwunkurikira ntazogenda agendeye mu mwiza+, mugabo azogira umuco w’ubuzima.”