Yohani 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yezu yishura ati: “Mbega ntihari amasaha cumi n’abiri y’umurango? Iyo umuntu agenda ku murango+ ntiyiseka ku kintu, kubera ko abona umuco w’iyi si. 2 Petero 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ku bw’ico ga bene wacu, murushirize gukora uko mushoboye kwose ngo mutume ihamagarwa+ ryanyu be n’itorwa+ ryanyu biba ibidakekeranywa kuri mwebwe; kuko nimwaguma mukora ivyo bintu mutazogenda muguye+.
9 Yezu yishura ati: “Mbega ntihari amasaha cumi n’abiri y’umurango? Iyo umuntu agenda ku murango+ ntiyiseka ku kintu, kubera ko abona umuco w’iyi si.
10 Ku bw’ico ga bene wacu, murushirize gukora uko mushoboye kwose ngo mutume ihamagarwa+ ryanyu be n’itorwa+ ryanyu biba ibidakekeranywa kuri mwebwe; kuko nimwaguma mukora ivyo bintu mutazogenda muguye+.