Yakobo 4:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Muyobokere+ Imana rero; mugabo murwanye Shetani*+, na we azobahunga+. 1 Yohani 5:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Turazi ko dukomoka ku Mana+, mugabo isi yose iri mu bubasha bwa wa mubisha+. Ivyahishuwe 12:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi baramutsinze+ kubera amaraso ya wa Mwagazi w’intama+ no kubera ijambo ry’ugushinga intahe+ kwabo, kandi ntibakunze ubuzima+ bwabo n’igihe baba bahanganye n’urupfu.
11 Kandi baramutsinze+ kubera amaraso ya wa Mwagazi w’intama+ no kubera ijambo ry’ugushinga intahe+ kwabo, kandi ntibakunze ubuzima+ bwabo n’igihe baba bahanganye n’urupfu.