Matayo 24:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kuko ba Kristu b’ikinyoma+ n’abahanuzi b’ikinyoma+ bazohaguruka, kandi bazokora ibimenyetso+ n’ibitangaza bikomeye kugira ngo bishobotse bazimize n’abatowe+. 2 Abatesalonika 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ntihagire uwubaryosharyosha mu buryo na bumwe, kuko uwo musi utazoza bwa buhuni+ butabanje kuza na wa muntu w’ubugarariji+ agahishurwa+, wa mwana wo kuranduka+. 2 Petero 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ariko rero harabayeho kandi abahanuzi b’ikinyoma mu bantu, nk’uko kandi hazobaho abigisha b’ikinyoma muri mwebwe+. Abo nyene bazokwinjiza mu mpisho imice isambura, kandi bazokwihakana mbere shebuja yabaguze+, ubwabo bikwegere agatikizo kanyaruka.
24 Kuko ba Kristu b’ikinyoma+ n’abahanuzi b’ikinyoma+ bazohaguruka, kandi bazokora ibimenyetso+ n’ibitangaza bikomeye kugira ngo bishobotse bazimize n’abatowe+.
3 Ntihagire uwubaryosharyosha mu buryo na bumwe, kuko uwo musi utazoza bwa buhuni+ butabanje kuza na wa muntu w’ubugarariji+ agahishurwa+, wa mwana wo kuranduka+.
2 Ariko rero harabayeho kandi abahanuzi b’ikinyoma mu bantu, nk’uko kandi hazobaho abigisha b’ikinyoma muri mwebwe+. Abo nyene bazokwinjiza mu mpisho imice isambura, kandi bazokwihakana mbere shebuja yabaguze+, ubwabo bikwegere agatikizo kanyaruka.