ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 13:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Nuko abashumba ba nyen’urugo baraza, bamubwira bati: ‘Databuja, mbega burya ntiwabivye imbuto nziza mw’itongo ryawe+? None bigenze gute ngo habemwo icatsi kibi+?’

  • 2 Abatesalonika 2:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ego ni ko, akayobera k’ubwo bugarariji karamaze gutangura gukora+; mugabo ni gushika gusa aho uwuri intambamyi ubu azovira mu nzira+.

  • 2 Yohani 7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Kuko abahendanyi benshi badutse mw’isi+, abantu batemera icese Yezu Kristu ko yaje mu mubiri+. Uwugira ivyo ni we muhendanyi+ na antikristu*+.

  • Yuda 4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Impamvu mfise ni uko hari abantu bamwebamwe bisobetse muri twebwe+ bagenewe+ urwo rubanza+ kera n’Ivyanditswe, abantu batibanga Imana+, bahindura ubuntu ata wari abukwiriye bw’Imana yacu icitwazo c’ubushirasoni*+ kandi bakihakana+ umwe Databuja+ wacu rudende, akaba n’Umukama+, Yezu Kristu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika