1 Yohani 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 mugabo ijambo ry’irihumekano ryose ritemera icese Yezu ntirikomoka ku Mana+. Ikigeretseko, iryo ni rya jambo ry’irihumekano rya antikristu mwumvise ko ryariko riraza+, ubu rikaba rimaze gushika mw’isi+. 2 Yohani 7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko abahendanyi benshi badutse mw’isi+, abantu batemera icese Yezu Kristu ko yaje mu mubiri+. Uwugira ivyo ni we muhendanyi+ na antikristu*+.
3 mugabo ijambo ry’irihumekano ryose ritemera icese Yezu ntirikomoka ku Mana+. Ikigeretseko, iryo ni rya jambo ry’irihumekano rya antikristu mwumvise ko ryariko riraza+, ubu rikaba rimaze gushika mw’isi+.
7 Kuko abahendanyi benshi badutse mw’isi+, abantu batemera icese Yezu Kristu ko yaje mu mubiri+. Uwugira ivyo ni we muhendanyi+ na antikristu*+.