Abaroma 10:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko umutima+ ari wo umuntu yizeresha kugira ngo aronke ubugororotsi, mugabo akanwa kakaba ari ko yaturisha icese+ kugira ngo aronke ubukiriro.
10 Kuko umutima+ ari wo umuntu yizeresha kugira ngo aronke ubugororotsi, mugabo akanwa kakaba ari ko yaturisha icese+ kugira ngo aronke ubukiriro.