ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 24:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Kuko ba Kristu b’ikinyoma+ n’abahanuzi b’ikinyoma+ bazohaguruka, kandi bazokora ibimenyetso+ n’ibitangaza bikomeye kugira ngo bishobotse bazimize n’abatowe+.

  • Ivyakozwe 20:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Ndazi yuko ninamara kugenda amabingira y’agahahazo+ azokwinjira muri mwebwe kandi ntazofatana ikibabarwe ubusho,

  • 2 Petero 2:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ariko rero harabayeho kandi abahanuzi b’ikinyoma mu bantu, nk’uko kandi hazobaho abigisha b’ikinyoma muri mwebwe+. Abo nyene bazokwinjiza mu mpisho imice isambura, kandi bazokwihakana mbere shebuja yabaguze+, ubwabo bikwegere agatikizo kanyaruka.

  • 1 Yohani 2:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Bana batoyi, iyi ni yo saha ya nyuma+, kandi, nk’uko mwumvise yuko antikristu* ariko araza+, n’ubu haramaze kubaho ba antikristu benshi+; ico kikaba ari co tumenyerako yuko iyi ari yo saha ya nyuma.

  • Ivyahishuwe 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 ‘Ndazi ibikorwa vyawe+, n’ukubira akuya kwawe n’ukwihangana kwawe, be n’uko udashobora kwihanganira abantu babi, be n’uko wagejeje+ abavuga ko ari intumwa+, mugabo atari zo, usanga ni ababeshi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika