ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 7:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “Mwiyubare abahanuzi b’ikinyoma+ baza kuri mwebwe bambaye nk’intama+ mugabo imbere muri bo ari amabingira y’amarara+.

  • Matayo 7:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Maze nanje nzoca ndababwira icese nti: Sinigeze ndabamenya+! Mva mu maso, mwa bakora ivy’ubugarariji mwe+.

  • Matayo 24:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Kuko ba Kristu b’ikinyoma+ n’abahanuzi b’ikinyoma+ bazohaguruka, kandi bazokora ibimenyetso+ n’ibitangaza bikomeye kugira ngo bishobotse bazimize n’abatowe+.

  • 2 Abatesalonika 2:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ego ni ko, akayobera k’ubwo bugarariji karamaze gutangura gukora+; mugabo ni gushika gusa aho uwuri intambamyi ubu azovira mu nzira+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika