ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Luka 11:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Uwutari ku ruhande rwanje aba andwanya, kandi uwutegeraniriza hamwe nanje arasanzaza+.

  • 1 Yohani 2:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Ni nde ari umubeshi atari uwuhakana ko Yezu ari we Kristu+? Uyo ni we antikristu+, uwuhakana Data n’Umwana+.

  • 1 Yohani 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 mugabo ijambo ry’irihumekano ryose ritemera icese Yezu ntirikomoka ku Mana+. Ikigeretseko, iryo ni rya jambo ry’irihumekano rya antikristu mwumvise ko ryariko riraza+, ubu rikaba rimaze gushika mw’isi+.

  • Yuda 4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Impamvu mfise ni uko hari abantu bamwebamwe bisobetse muri twebwe+ bagenewe+ urwo rubanza+ kera n’Ivyanditswe, abantu batibanga Imana+, bahindura ubuntu ata wari abukwiriye bw’Imana yacu icitwazo c’ubushirasoni*+ kandi bakihakana+ umwe Databuja+ wacu rudende, akaba n’Umukama+, Yezu Kristu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika