Yohani 4:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 umushwabuzi ariko araronka impembo yongera yegeranya ivyamwa ku bw’ubuzima budahera+, kugira umubivyi+ n’umushwabuzi banezeranwe+. Abaheburayo 10:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Ntimute rero umwidegemvyo wanyu wo kuvuga+, umwe ufise impembo nini+ uzohabwa.
36 umushwabuzi ariko araronka impembo yongera yegeranya ivyamwa ku bw’ubuzima budahera+, kugira umubivyi+ n’umushwabuzi banezeranwe+.